Afurika y'Iburasirazuba

  1. Ikiguri cazo kingana n'uburinganire bwa kilometero kwadarato kimwe gusa gishobora kurya indya zingana n'iz'abantu ibihumbi 35 ku munsi umwe gusa

    Umuryango Fondation Bill et Melinda Gates washinzwe na wa mutunzi ruhebwa, Bill Gates, watanze imiliyoni 10 z'amadolari y'abanyamerika yo gufasha kurwanya inzige ziziziye akarere ka Afrika y'Ubuseruko, mbere zikaba ziherutse no kwibonekeza muri Repubulika y'Intwaro Rusangi ya Congo.

    Soma ibindi
    next
  2. Video content

    Video caption: Ibi ni ibikuru-bikuru vyaranze Afrika mu 2019

    Ibi ni ibikuru-bikuru vyaranze Afrika mu 2019

  3. Video content

    Video caption: Ikiganiro ku ruhara rw'abimukira mu guteza imbere abavandimwe basize mu bihugu bakomokamo

    Kino kiganiro cerekeye uruhara rw'abimukira bakomoka cyane cyane mu burasirazuba bw'afurika batuye mu bihugu by'uburayi, mu gufahsa abavandimwe basize inyuma mu bihugu bakomokamo.