Ivangura rushingiye ku bwoko

  1. Na Simon Stone

    BBC Sport

    Abafana ba Hongrie bateye ibintu vyaka birekura n'umwotsi

    FIFA yatanguye kwiga ibihano bibereye ku nyifato y'ivanguramoko ryakorewe abakinyi b'abongereza mu rukino rw'umupira w'amaguru rwo ku wa kane batsinze Hongrie 4-0 i Budapest mu nkino zo kurondera itike yo kuja mu gikombe c’isi.

    Soma ibindi
    next
  2. Abari mu myiyerekano bari bafise amabuji mu gihe bari bihaye amabarabara ku kagoroba hagati mu gisagara ca rio

    Abirabure ibihumbi n'ibihumbi muri Brésil bakoze imyiyerekano yo kwiyamiriza ivangura rishingiye ku rukoba bakorerwa hamwe n'itotezwa bakorerwa n'igiporisi, ni inyuma y'indwi yari ihaciye igiporisi gikoze igitero mu karere karwiriyemwo abirabure cahitanye abatari bake.

    Soma ibindi
    next