Iyicarubozo

  1. Video content

    Video caption: Imvo n'imvano kw'ivanguramoko muri Amerika, ikibazo gihanze ico gihugu kuva kibaho

    Muri iki kiganiro Jacques Nitegeka n'abatumire biwe barabira hamwe umuzi w'ibibazo vyo gukumira abirabure birangwa muri Amerika, hamwe n'icokorwa kugira ngo birangire.