BBC News, Gahuza
Simbira ku birimwo
  • Urupapuro rw'itangiriro
  • Ibiyaga binini
  • Afrika
  • Mpuzamahanga
  • Imikino
  • Amajwi n’amashusho
  • Urupapuro rw'itangiriro
  • Ibiyaga binini
  • Afrika
  • Mpuzamahanga
  • Imikino
  • Amajwi n’amashusho

Ubucakara

  • Ubushakashatsi bwerekana ko hafi inusu y'abanya-Hollande badashigikiye ivyo gusaba imbabazi, mu gihe 38% babishigikiye

    Ubucakara: Imbabazi zisabwa n'Ubuholande zacanishijemwo abanyagihugu

    19 Ukw'icumi na kabiri 2022
  • Mu myaka ya 1950 ubwo Louis Weathers n’umugore we bashakaga inzu, bari bemerewe gusa mu gace gatuwe cyane n’abirabura ka Evanston

    Umujyi wa US urimo guha abirabura (bamwe) impozamarira

    13 Ukw'icumi 2022
  • Justin Welby

    Musenyeri mukuru wa Anglican muri UK arasaba imbabazi ku ruhara rw'Ishengero mu bucakara

    17 Ukwa gatandatu 2022
  • The Duke of Cambridge delivers a speech during a dinner hosted by the Governor General of Jamaica

    William muri Jamaica yerekanye 'akababaro' ku buja

    25 Ukwa gatatu 2022
  • Ikuta rishasha

    Umwiraburekazi wa mbere ashizwe kw'ifaranga rya Amerika

    15 Ukwa mbere 2022
  • Yaw

    'Nzoba ntonze imbere mu guhinduza izina ryanje ryo mu buja'

    19 Ukw'icenda 2021
  • Modeste Testas

    Ivanguraruhu mu Bufaransa: igishusho c'umwirabure casibanganijwe

    14 Ukw'icenda 2021
  • Viola Fletcher w'imyaka 107 na musazawe Van Ellis w'imyaka 100 bambitswe ingori z'icubahiro

    US: Abarokotse ubwicanyi bwa 1921 bemeye ubwenegihugu bwa Ghana

    21 Ukw'umunani 2021
  • Umukuru w'igisagara ca Paris Anne Hidalgo yuguriye icese ikibanza citiriwe Solitude ejo ku wa gatandatu

    Ubufaransa bugiye kwubaka icibutso c'umwiraburekazi yarwanije ubucakara

    27 Ukw'icenda 2020
  • Iki gishusho cari kimaze imyaka 111 imbere ya sentare yo mu karere ka Albemarle

    Virginia: ikindi gishusho gifitaniye isano n’ubucakara cabomowe

    13 Ukw'icenda 2020
  • Tom Cottom

    Ubucakara ni ‘akabi kari gakenewe’ - umukenguzamateka wa Amerika

    27 Ukw'indwi 2020
  • Ubuja

    Gushira ahabona amabi yakozwe mu buja vyogabanya ivangura mu Bwongereza?

    28 Ukw'umunani 2019
BBC News, Gahuza
  • Igituma ushobora kwizera BBC News
  • Ingingo zo gukoresha urubuga
  • Ibijanye na BBC
  • Ibigenga n'ubuzima bwite
  • Cookies
  • Vugana na BBC
  • Do not share or sell my info

© 2023 BBC. BBC ntibazwa ibivuye ku zindi mbuga. Soma ibijanye n'aho duhagaze ku mihora ijana ahandi