Brazil

  1. Abari mu myiyerekano bari bafise amabuji mu gihe bari bihaye amabarabara ku kagoroba hagati mu gisagara ca rio

    Abirabure ibihumbi n'ibihumbi muri Brésil bakoze imyiyerekano yo kwiyamiriza ivangura rishingiye ku rukoba bakorerwa hamwe n'itotezwa bakorerwa n'igiporisi, ni inyuma y'indwi yari ihaciye igiporisi gikoze igitero mu karere karwiriyemwo abirabure cahitanye abatari bake.

    Soma ibindi
    next
  2. Abari mu myiyerekano bari bafise n'ivyapa vyanditse ko "birateye isoni kwitwa umuzungu" hamwe na "turasavye mureke kutwica"

    Ireresi ry'iki gitero co mw'ijoro ryo ku wa kane yerekana umwirabure Joao Alberto Silveira Freitas yari asanzwe atunzwe n'umwuga wo gusudira, ariko arakubitwa mu maso no mu mutwe n'umwe muri abo bazamu, mu gihe uwundi nawe yari amugumije.

    Soma ibindi
    next