Aziya

  1. Na Gordon Corera

    Umunyamakuru ku bibazo vy'umutekano

    Ivyotsi bizamuka kuri stasiyo ya Tampa Electric Big Bend muri Florida muri Amerika

    Ibihugu bizoja mu mpari z'ivyokorwa mu kwirinda ihindagurika, maze ibihugu bisanzwe bikenye kurusha ibindi bihababarire gusumba, nk'uko bigaragara mu mwihwezo w'inzego z'igendereza za Amerika.

    Soma ibindi
    next
  2. Umwana w'umunya-Afganistan yahungisirijwe mu Budagi

    Umuhinga w'umunyamerika mu kurwanya iterabwoba avuga ko ingabo za Amerika zitegerezwa kugenzura inkengera zose z'ikibuga ca Kabul kugira zibuze ko haba ikindi gitero mu gihe ibikorwa vyo guhungisha abantu bibandanya

    Soma ibindi
    next