Umubano w'amoko

  1. Igisirikare ca Congo kivuga ko ubu kiri guhangana n'abasigaye

    Iyi ngingo ifashwe biturutse ku bwicanyi bubandanya bwiyongera muri izi ntara zibiri bukorwa n’inyeshamba zirwanya ubutegetsi bw’igihugu bibanyi hamwe n’izirwanya ico gihugu nyene, ziyogoza ako karere.

    Soma ibindi
    next
  2. Video content

    Video caption: DRC: Imvo n’imvano isubira ku ntambara y'amoko muri Kivu y’Epfo mu karere ka Minembwe

    Imvo n’imvano isubira isubira ku ntambara y'amoko muri Kivu y’Epfo mu karere ka Minembwe ihuza abanyamulenge n'aba Mai Mai bo mu moko y’abanyendu, abafurero n’ababembe.