Amateka

  1. Video content

    Video caption: Imvo n'imvano ku kwicuza kw’Umwami Philippe w'Ububirigi ku mabi ico gihugu cakoreye Congo

    Imvo n'imvano ku kwicuza kw’Umwami Philippe w'Ububirigi ku mabi ico gihugu cakoreye Congo

  2. Video content

    Video caption: Imvo n'imvano ku mbabazi zisabwa n’Umwami Philippe ku mabi Ububirigi bwakoreye Congo

    Kurikira ikiganiro ku mbabazi zisabwa n’Umwami Philippe ku mabi Ububirigi bwakoreye Congo, hari ku wa kabiri wa kino cyumweru igihe ico gihugu kizihizaga imyaka 60 y'ubwigenge

  3. Umusirikare akomoka muri Alijeriya acunze ingabo z'Abadagi zari zafashwe mpiri ahitwa Sainte Marthe, mu bumanuko bw'u Bufaransa mu kwa munani 1944

    Iyo ngingo y'u Bufaransa yo gusubira kwihweza kahise kabwo k'ubukoloni itumwe n'imyiyerekano iriko iba kw'isi yose yiyamiriza ivangura rishingiye ku rukoba hamwe n'isekeza ryiswe Black Lives Matter (Ubuzima bw'Abirabure bufise Agaciro).

    Soma ibindi
    next