Tchecoslovakia

  1. Abari muri ivyo birori baracurarangiwe umuziki n'abacuraranzi bo muri ako karere

    Abantu baharurwa mu bihumbi bakoraniye ku meza ipima uburebure bwa metero 500 ku kiraro Charles Bridge kiri ku mugwa mukuru Prague ejo ku wa kabiri banywa bongera bafungura ivyo baje bitekereye.

    Soma ibindi
    next