Libiya

  1. Video content

    Video caption: “Gaddafi yaranse kwemera ko ubutegetsi buriko buramuherana”.

    “Gaddafi yaranse kwemera ko ubutegetsi buriko buramuherana”. Feras Kilani yarakurikiye ivya Libya, ahakwa kubizira. Hari icizere c’amahoro arama?

  2. Video content

  3. Libya irangwamwo intambara kuba Muammar Gaddafi akuwe ku butegetsi akagandagurwa mu 2011

    Impande zompi mu ntambara yo muri Libya zifashwa n'amahanga. Turkiya, Ubutaliyano na Qatar biri mu bifasha Leta y'ubumwe ya Libya iri i Tripoli, mu gihe Uburusiya, Misiri na Emira Zunze Ubumwe z'Abarabu zishigikiye Jen. Haftar.

    Soma ibindi
    next