Uburusiya

  1. Ikiraje ishinga Uburusiya ni umutekano w'akarere no ku mbibe z'ibihugu bicudutse nabwo muri Aziya yo hagati

    Mu gihe Reta Zunze Ubumwe za Amerika n'ibihugu vya Bulaya biri mu rugamba rwo guhungisha abanya Afghanistan n'incuti zavyo bibavana i Kabul, Ubusuriya bwobwo buri mu bihugu bike bisa n'ibidatewe ubwoba n'ifatwa ry'ubutegetsi n'aba Taliban.

    Soma ibindi
    next
  2. Norberto Paredes

    BBC News Mundo

    Igitero c'aba Soviet caguyemwo isinzi ry'abantu

    Yabanje guterwa n'Ubwongereza, hanyuma Reta Zunze Ubumwe za'aba Soviet, mu nyuma iterwa na Amerika n'incuti zayo. Muri ibi bihugu vyose, nta na kimwe covuga ko cashoboye kwigarurira ubutaka bwose bwa Afghanistan.

    Soma ibindi
    next