Iri tegeko rivuga ko umuntu w'igitsinagabo akuze azokwagirwa n'icaha co gufata ku nguvu umwana ari munsi y'imyaka 14 azoshahurwa mbere bahabwe igihano c'urupfu.
Bwana Choudhry yabwiye BBC ko uyu mwana wiwe w'umukobwa afise imyaka itatu, yariko ararya agakate imbere y'uko indege iguruka, niho yaza abona abakozi bo mu ndege bamwegereye bamutegeka ko abo bana biwe bompi bambara udupfukamunwa. Hagati aho, umwe mu ngenzi zari muri iyo ndege avuga ko abo bantu bahowe ivanguramoko
Ibiharuro biva mu gihugu cose vyerekana ko ibitigiri vy'abaja gupimisha imbanyi kwa muganga vyiyongereye ku rugero rwa 10% kuva mu kwa gatatu uno mwaka, ugereranije n'imyaka ibiri iheze, nk'uko ico kinyamakuru kibandanya kibivuga.