Itangaza makuru

  1. Uganda

    Bari bagiye mu kiganiro n'umushingamateka Robert Kyagukanyi azwi kw'izina rya Bobi Wine, igihe yari ku biro vy'umurwi w'ishirahamwe mpuzamakungu ONU ujejwe agateka ka zina muntu ashaka kwerekana ingene agateka ka zina muntu gahungabana mu gihugu.

    Soma ibindi
    next
  2. Uganda

    Muri iri tegeko rishasha, abamenyeshamakuru bigenga hamwe n'abamenyeshamakuru mpuzamakungu bashaka gukurikirana amatora bategerezwa gusaba impapuro zidasanzwe zitangwa n'iki kigo kijewe ibinyamakuru.

    Soma ibindi
    next