Burkina Faso

  1. Iron Biby (kw'ifoto) yerekanye ko ari we wa mbere akomeye ahejeje kwandika amateka

    Sheick Ahmed al-Hassan Sanou - azwi kw'izina rya Iron Biby - yiremetse ikibuye gipima ibiro 229 (229Kg) yikoreye ku mutwe mu rukino rwa nyuma rwa Giants Live World Tour Final muri Ecosse/Scotland, akaba yarushije uw'imbere y'aho yari yiremetse icapima 228kg.

    Soma ibindi
    next