Misiri

  1. Uru rugomero ruriko rwubakwa kuri Nil Bleu/Blue Nile muri Ethiopia rurateye icuka kibi kimaze igihe kirekire hagati ya Misiri na Ethiopia

    Uganda na Misiri bagiranye amasezerano yo guhanahana amakuru y'igendereza mu gihe icuka kibandanya kiba ndanse mu karere biturutse ku bikorwa vya Ethiopia vy'ukwubaka urugomero runini cane rw'umuyagankuba kw'ishami ry'uruzi Nil.

    Soma ibindi
    next