Umutekano wa mudasobwa

  1. Na Mary-Ann Russon

    Umunyamakuru ku bushabitsi, BBC News

    Ifoto yo mu bubiko igaragaza umugabo ukoresha mudasobwa ifite 'screens' ebyiri

    Umu-hacker uvugwa ko yibye miliyoni $600 mu bujura bwo mu mafaranga yo mu ikoranabuhanga (cryptocurrency), yatangaje ikiganiro aho yibaza akanisubiza ku cyabimuteye.

    Soma ibindi
    next
  2. Microsoft ivuga ko amakonte muravyo (email accounts) ashika 3000 yatewe

    Aba hackers binjiye mu nyabwonko za USAID barungika ubutumwa muravyo (emails) busa nk'uko umengo ni ubw'ukuri, ariko bukaba bufise link/lien, uyifyonzeko ica yinjiza umugera mubi wiba amakuru yose ari mu nyabwonko yawe, ukongera ugaca utera imigera mu zindi nyabwonko zose ziri ku murongo umwe na rwawe.

    Soma ibindi
    next