Uburenganzira bw'Abagore

  1. Abagore bagendera ku mategeko atabaha agahengwe na gato igihe aba Taliban bari barongoye Afghanistan

    Aba Taliban bafashe Kabul, Perezida Ashraf Ghani nawe akaba yarahunze igihugu. Ariko umupfasoni Mahbouba Seraj aharanira agateka k'abakenyezi ba Afghanistan yafashe ingingo yo kuguma mu gihugu agakorana n'aba Taliban ku bijanye n'ingene bafata abagore.

    Soma ibindi
    next