Icyorezo cya Ebola

  1. Icyorezo giheruka cya Ebola kishe abarenga 2,000

    Mu kwezi kwa kane, leta ya DR Congo yatewe ishema no gutangaza ko iyi Ebola ya kabiri mbi cyane ibayeho ku isi yibasiye iki gihugu yacitse, ariko ubu habonetse ubwandu bushya.

    Soma ibindi
    next
  2. Kuva mu mpera z'ukwezi kw'icumi, ingabo za Congo zatanguje "ibitero bikomeye" ku murwi wa ADF mu karere ka Beni

    Ico gitero gishasha cabaye ku munsi wa gatanu mw'ijoro mu gihe igisirikare ca Congo congereje ibitero ku mirwi y'inyeshamba iri mu buseruko bwa DR Congo, harimwo n'umuhari Allied Democratic Forces.

    Soma ibindi
    next