Iyi nama yari yatumweko na Perezida Félix Tshisekedi ikaba yohuje abakuru b'igihugu vya Congo, u Rwanda, Uganda, Angola n'u Burundi kugira bigire hamwe ibibazo bihanze akarere.
Indwara y'ubukangwe (polio mu gifaransa no mu congereza) ifata cane cane abana bari munsi y'imyaka itanu, rimwe na rimwe igatera ubumuga. Irashobora no kwica mu gihe imitsi y'ihemero yafahswe n'ubwo bumuga.
Ikigo World Health Organisation of Animal Health (OIE) kigaragaza Chad nk'igihugu "gikize ku bworozi bw'amatungo maremare", ko gifite bene aya matungo agera kuri miliyoni 94.
Madamu Dos Santos n'ubundi yariho akorwaho iperereza n'abategetsi muri Angola ku birego bya ruswa, mu gihe kandi umutungo we muri Angola wafatiriwe na leta.
Inkuru irambuye igaragaza uko Madamu Dos Santos yageze ku butunzi bw'umurengera mu masezerano akemangwmao ruswa no kwiba ibya rubanda mu bitoro, ubutaka, diyama....
Perezida Lourenço yatumiye ba perezida Paul Kagame w'u Rwanda, Yoweri Museveni wa Uganda na Felix Tshisekedi wa Kongo ngo baganire ku bibazo by'umutekano mu karere.