Impunzi n'abasaba ubuhungiro

  1. Video content

    Video caption: Imvo n'imvano ku baririmvyi b'Abarundi baba mw'ikambi y'impunzi ya Kakuma muri Kenya

    Mu ndirimbo z’urwo rwaruka, uretse izerekeye urukundo, baravuga ku bibazo bitandukanye babona bibahanze hirya no hino kw’isi hamwe n’ubuzima bwo mw’ikambi.