Amatora y'Amerika 2016

  1. Biden ni umuntu amenyereye cane gushikiriza amajambo mu makoraniro, ariko ni wa muntu akunda kuyoba

    Biden ni umuntu amenyereye cane imyiyamamazo - yatanguye guhiganirwa kuba umukenguzamateka mu 1973, haciye imyaka 47.

    Soma ibindi
    next