Boko Haram

  1. Urucanco nirwo rwonyene rushobora gukinga ubukangwe

    Indwara y'ubukangwe (polio mu gifaransa no mu congereza) ifata cane cane abana bari munsi y'imyaka itanu, rimwe na rimwe igatera ubumuga. Irashobora no kwica mu gihe imitsi y'ihemero yafahswe n'ubwo bumuga.

    Soma ibindi
    next