Somalia

  1. Ba Perezida Mohamed Abdullahi Mohamed 'Farmaajo' wa Somalia (ibumoso) na Uhuru Kenyatta wa Kenya bigeze guhura baganira ku gucyemura ubushyamirane hagati y'ibihugu byombi

    Yahamagaje abadipolomate bayo bose bakoreraga i Nairobi ndetse iha iminsi irindwi abadipolomate ba Kenya bakoreraga i Mogadishu ngo babe bamaze kuva mu gihugu.

    Soma ibindi
    next
  2. Kenya ni kimwe mu bihugu vyarungitse abasirikare mu ngabo z'Ubumwe bwa Afrika (Amisom) muri Somalia

    Umushikiranganji wa Somalia ajejwe kumenyesha amakuru Osman Abukar Dubbe yagirije igihugu ca Kenya kwivanga muri politike y'ico gihugu no guha indaro i Nairobi abatavuga rumwe na reta y'ico gihugu.

    Soma ibindi
    next
  3. File image of Somalia al-Shabab fighters in Elasha Biyaha

    Al-Shabab ikoresha iterabwoba mu kwambura amafaranga Abasomalia. Uyu murwi wegeranya n'imiburiburi imiliyoni 15 z'amadorari ya Amerika ku kwezi, aho ayarenga igice aya ava ku mugwa mukuru Mogadishu, nk'uko bivugwa n'ikigo Hiraal Institute.

    Soma ibindi
    next