Tchad

  1. Video content

    Video caption: Ku makuru ya gisirikare, Idriss Déby yarashwe ari k’urubuga rw’intambara.

    Ku makuru ya gisirikare, Idriss Déby yarashwe ari k’urubuga rw’intambara n’aba ‘rebelles’. Kw’ipete rya General, yari k’ubutegetsi kuba mu 1990. Ibikuru vyamuranze.