Sudani

  1. Abdalla Hamdok arongoye reta mfatakibanza ya Sudani mu masezerano yo gusangira ubutegetsi yashitsweko inyuma y'ibogozwa rya Omar al-Bashir mu 2019

    Amareresi yahanahanywe ku mbuga hwaniro avugwa ko ari ayo ku mugwa mukuru Khartoum yerekana abasirikare bari mu biduga vya burende mu mabarabara, bamwe bereka imiduga inzira itegerezwa gufata.

    Soma ibindi
    next