Burundi

  1. Video content

    Video caption: Imvo n'imvano ku inama rukokoma ku itera mbere ry'Uburundi

    Ni inama yahuje incabwenge z'Uburundi ziba hiya no hino ku isi, abagize leta y'Uburundi, abagize inama nshingamateka na nkenguzamateka n'abandi bayobozi bakuru b'igihugu.

  2. Video content

    Video caption: Burundi: Imvo n’Imvano kw’igandagurwa ry’umuganwa Rudoviko Rwagasore
  3. Video content

    Video caption: Nta mwuga udakiza: BBC iganira n'umunyamideri Girumuco Terine Ferry

    Nta mwuga udakiza ni ikiganiro BBC Gahuzamiryango yageneye urwarika rwihebera imirimo mu bisanzwe itamenyerewe