Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Bazamuganga 29/10/10

Iki kiganiro Bazamunganga cishura ku bibazo vyabajijwe n'umunywanyi wa BBC ku ngwara yo guhekenya amenyo.

Mugishikirizwa na Yvette Kabatesi, aganira na muganga Alphonsine Mukandori.