Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Ingabo za Kenya ziragerageza kurangiza igitero

Ingabo za Kenya ziriko zirageza kurangiza igitero ca al Shabab ku kibanza c'ama mangazini ca West Gate ku murwa mukuru Nairobi bivugwa ko kimaze guhitana abantu 62 n'abarenga ijana na 50 bamaze gukomereka