Ntibishobora gukina mu cuma cawe

N'iki kibangamiye ibiganiro ku Burundi?

Inyuma y'aho ibiganiro vyari gtangura ejo kuwa kabiri i Arusha muri Tnazania ku kibazo c' Uburundi bitabaye, abategetsi bo mu karere bagiye mu mibonano yo kurabira hamwe uko bofasha Abarundi ngo basubire kwicarana.