Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Al Shabab ni umugwi ki?

Al Shabab iriko irwana n'inteko Nyafrika muri Somalia zifashwe mu mugongo na ONU, kandi bikekwa ko ifise uruhara mu bitero bibera muri Kenya.

Uwo mugwi ufitaniye imigenderanire na al-Qaeda, warirukanywe mu miji myinshi wagenzura, ariko uracakomeye mu birindiro bitari bike.

Ng'ibi ivyo ukeneye kumenya kuri al-Shabab mu misegonda 60.