_
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Pistorius mu maseconda 60

Uwufise ububasha kw’isanamu
Image caption Oscar Pistorius

Oscar Pistorius azomenya urwo bamucira muri iyi ndwi, mu rubanza rwari rumaze amezi atanu.

Yishe arashe umukunzi wiwe Reeva Steenkamp, ariko avuga ko ryari isanganya.

BBC irihweza ibiringo bikuru mu buzima bw'uyu munonotsi mu masegonda 60.