Abaganga ba MSF bariko bafasha umurwayi wa Ebola
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Umukwabu wo gukumira Ebola

Sierra Leone itangaza ko umukwabu w'iminsi itatu wari ufise intumbero yo kugabanya ikwiragira rya Ebola wagenze neza.

Ariko imirwi imwe y'abaganga yaneguye ico gikorwa co kugarana abantu, ivuga ko kizokononera imigenderanire hagati y'abarwayi n'abaganga.

Sierra Leone ni kimwe mu bihugu basinzikajwe n'ikiza ca Ebola, aho abarenga 550 kuri 2800 bamaze gupfa, ari abo muri Sierra Leone.

Raba hano: