Ebola muri Sierra Leone
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Sierra Leone yaguye akarere katagenderwa

Sierra Leone yongereje akarere katarekuwe kugenderwa, mu ntumbero yo kubuza ikiza ca Ebola gukwiragira.

Perezida wa Sierra Leone Ernest Bai Koroma, yongeye ako karere gasanzwe kabamwo miliyoni imwe y'abanyagihugu, ku hari hasanzwe "hahariwe ivomo".

Uturere two mu buraruko twa Port Loko na Bombali, hamwe na Mpyamba mu bumanuko, nitwo tubujijwe kujamwo.

Raba hano: