Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Pistorius mu masegonda 60

Uwufise ububasha kw’isanamu Getty
Image caption Pistorius avuga ko yishe umukunzi we Reeva Steenkamp atabishaka.

Urubanza rwo gukatira Oscar Pistorius rurabandanyije muri Afurika yepfo.

Yishe arashe umukunzi wiwe Reeva Steenkamp, ariko avuga ko ryari isanganya.

BBC irihweza ibiringo bikuru mu buzima bw'uyu munonotsi mu masegonda 60.