Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Inkino z'igikombe ca Afrika 2015

Uwufise ububasha kw’isanamu Getty
Image caption AFCON2015, umurwi C

Ku munsi wa gatandatu hazotangura amahiganwa y'igikombe co ku mugabane wa Afrika mu mupira w'amaguru. BBC irabasobanurira uko imirwi iri muri iri higanwa yifashe. Kurikira hano umenye abagize umurwi C n'ico bazwi ko: