Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Iibihugu bigize umurwi D

Ejo aho bukera kuwa gatandatu amahiganwa y'igikombe co ku mugabane wa Afrika mu mupira w'amaguru aratangura. BBC irabasobanurira uko imirwi iri muri iri higanwa yifashe. Kurikira hano umenye ikipe umurwi D n'uko zihagaze: