_
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Imishwarara y'akayobera

Uwufise ububasha kw’isanamu
Image caption imishwarara y'izuba yabonetse n'ubwiza butangaje

Abantu benshi bashoboye kubona iyi mishwarara kuruta uko vyahora, biturutse ku zuba ryayisunitse amaja mu bumanuko bw' uruhande rwa ruguru rw'umubumbe w'isi.

N'imihswarara y'amahera mu bumanuko, 'Aurora Australis' canke 'Southern Lights', nayo nyene yabonetse mu buryo butari bumenyerewe.