_
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Ikibazo c'abimukira iBulaya

Uwufise ububasha kw’isanamu AP
Image caption Ibihugu vya Bulaya ntibihuza ku co vyokorera abimukira berekeza yo

Ikibazo nyamukuru kiri mu biganiro vya Luxembourg n'ukumvikana uko ibihugu uko ari 28 bigize Ubumwe bwa Bulaya bisaranganya umutwaro w'abimukira.