Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Ipantaro zifashe cane ziteza ibibazo

Abaganga bavuga ko ipantaro zifashe cane zishobora guteza ibibazo vy'amagara, abagabo bakagira intanga nkeyi hamwe n'ibibazo ku bugabo.