Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Intego z'ikinyagihumbi: Ni izihe?

Intego z'ikinyagihumbi zirarangirana n'uyu mwaka wa 2015. Ariko se ni izihe? Zagezweho gute hirya no hino ku isi?

Felin Gakwaya arasobanura iby'uyu mugambi wa ONU.