Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Itike yo kwinjira mu ndege kuri $1

Abantu benshi bakunze gufata indege mu Buhinde kuruta uko vyahora kera.

Ariko si benshi bashobora kuriha ingendo z'indege.

Ku babona batazokwigera bashobora guhonyoza ikirenge mu ndege vy'ukuri, hari umugabo yabatoreye inyishu mu micungararo ya Dheli.

Raba hano.