Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Agashimwe ka Nobel k'amahoro kazoja he?

Hari aba kandida 273 bakarondera, barimwo abantu 205 ku giti cabo.

Hari kandi n'amashirahamwe agera kuri 68.

Raba hano bamwe mu bahabwa amahirwe menshi yo kugatsindira.

Wewe ubona muri aba ari nde ashobora kugatahana?peace