Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Centrafrika: abana bahoze mu ntambara

N'intambara yahitanye abana ibihumbi, abandi benshi ibanyaga ubuzima bwo mu bwana.

UNICEF ivuga ko abana bagera ku 10,000 bagiye um mirwi igwana muri Repubulika ya Centrafrika.

Mu gihe ico gihugu kivuye mu zindi ndyane, reka twumve abana baheruka gukurwa mu murwi witwaje ibirwanisho, aho bagerageza kubaka ubuzima bwabo, n'ubwo intambara zikomeza mu bice bibazengurutse.