Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Abanya Syria barataha bava muri Jordania

Igitigiri c'impunzi z'abanya Syria bava mu gihugu ca Jordania basubira iwabo gikomeza kwiyongera biturutse ku bukene n'imibereho mibi yo mu buhungiro.

Ivyo n'ibishikirizwa n'ishami ry'ishirahamwe mpuzamakungu rijejwe impunzi kw'isi UNHCR.

Aba ni bamwe mu batashe.