-
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Wibaza iki iyo wiyumviriye abanyafurikazi n'imibonano mpuzabitsina?

Umuyobozi wa za film muri Afrika y'epfo akaba n'umukinyi Mmabatho Montsho, avuga ko aruhijwe n' ibintu abantu bishize mu mutwe ku ngwara ya SIDA, ubugizi bwa nabi bufatiye ku gitsina, inda

zitwawe zitifuzwa , akaba ashaka kwagura ikiganiro kuri ivyo,

Urukurikirane rw' ibiganiro vyiwe ruca kuri YouTube yise " Women On Sex" ruvuga ku bintu vyinshi bijanye n'igitsina, uhereye ku gupima ubusugi ndetse no kwigisha abana mu nzira yo

kubarera ngo bakure bazi ibijanye n' imibonano mpuzabitsina.