Pierre-Emerick Aubameyang
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

BBC: Amatora k'umukinnyi wa mbere muri Afrika

Pierre-Emerick Aubameyang ni umwe mu bakinnyi batanu baharanira umwanya wa mbere mu mpira w'amaguru mu matora yateguwe na BBC muri uyu mwaka wa 2015.

Pierre-Emerick Aubameyang ni umunya Gabon ukina muri Dortmund mu Budage.

Iki ni ikiganiro yahaye BBC