Guha agaciro abagore
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Agaciro k'abagore n'abakobwa

Image caption Lucie Nzorijana

Inyuma yo kubona ko abakenyezi n'abakobwa bagize ica kabiri c'isi batagaragara ku rugero rumwe n'abagabo mu binyamakuru, BBC imaze imyaka itatu yaratanguye kubaha umwanya ukwiye.

Lucie Nzorijana ni umushingwamanza(avocat), akaba n'umushumba (pasitori) mw'ishengero mu Burundi.

Aravuga akamaro n'agaciro k'umugore mu rugo, mu kazi no mu gihugu.