Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Yaya Toure yatsindiye igihembo cya BBC

Yaya Toure yatowe nk’umukinnyi w’umwaka wa BBC muri 2015.

Umunya Cote d’Ivoire w’imyaka 32 ukina hagati abaye umukinnyi wa gatatu gusa

nyuma y’Abanya Nijeriya Nwankwo Kanu na Jay-Jay Okocha bagitsindiye inshuro ebyiri.