_
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Wibuka iki mu vyabaye uyu mwaka?

Uyu mwaka wa 2015 wabayemwo ibihe vyinshi vyaranze amakuru twakoze ku mugabane wa Afirika

Raba niba ushobora kumenya ayagera kuri 12, muri video twakoze muri uyu mwaka nimba wibuka neza.

Kanda hano urabe nimba ivyo wibaza ari vyo.