_
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Icuka kibi hagati ya Iran na Arabia Saudite

Hari icuka kibi kuva Arabia Saudite ihanishije kwica umwigisha wo mw'idi rya islamu w'umu Shia, Sheikh Nimr al-Nimr.

Iran yagiriza Arabia saudite gukokeza icuka kibi mu karere k'uburasirazuba bwo hagati.